KITCHEN MIXER ET AIRFRYER A VENDRE

Contact Supplier

KITCHEN MIXER

Muripfuza guteka ama gâteau,imikate,n’ibindi bibasaba gufata umwanya wo gucanga mukoresha amaboko n’umwanya munini tutibagiye uburuho mugira Twabatoreye inyishu kurico kibazo,twabazaniye kitchen mixer yubwoko original bwa philips Iyo machine ifise capacité yo kwakira ibintu kugera kuma litiro 5 Muzoshobora gushiramwo ivyo mushaka gucanga vyose mushireko speed mwipfuza ariyinyaruka canke ingenda buhoro,muce mwikorera ibindi gutyo mushobore kumara umwanya muto cane mu gikoni n’uburuhe mubusezere

AIRFRYER

Muripfuza gufungura ibintu bitagira amavuta canke bifise amavuta make ashoboka? Twabazaniye Air Fryer yo mu bwoko original bwa philips Mushobora guteka ivyo mwipfuza vyose mu mwanya muto cane kandi mugateka ibintu bifise amavuta make cane Ni musezere kurya amafiriti,inkoko,n’ibindi bifise amavuta menshi, muzoshobora guteka indya zakanovera mukoresheje amavuta make ashoboka..gutyo musezere ibiro n’izindi ndwara zamuka mu gufungura amavuta menshi

Vendu par Ntumangende
Vendor Profile:View My Profile
Contact Vendor:Login or Register to Contact Vendor Catégorie :

ntumangende

Vendu par Ntumangende
Vendor Profile:View My Profile
Contact Vendor:Login or Register to Contact Vendor Catégorie :